Abagize umugwi Runtown Dj bavuga ko guta umwikomo kuba Dj ngo ntibavuza umuziki ndundi, atariwo muti, ahubwo umuti ngo n’ugushira hamwe inguvu kugira ejo hazobe heza, kuri bose. Nayahandi Dj phylbert ngo kutavuza umuziki…
Intandaro y’ukuja kuririmba kwa Fortran Bigirimana ngo s’uko yumvise abishaka, ariko ngo wari umuhamagaro yagize. Aho hari inyuma y’ukubura abavyeyi bose afise imyaka 10, noneho akihereza Imana yahavuye akorera mu nyuma. Mu…
Haheze igihe kitari kinini Umuririmvyi Fabelove ashizwe kurutonde rw'abaririmvyi bagiye kuboneka mundirimbo izohuza Abaririmvyi benshi bagiye batandukanye aho iyo nayo ari #IZINA REMIX Ya Sat-B.Fabelove n'Umwe!-->…
Lolilo ngo umukunzi wiwe ari na mama w’umwe mu bana bane asanzwe afise ngo si umuririmvyikazi, ahubwo ngo igihe yaririmba kwari ukwiryohera gusa, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’uwo muririmvyi aho yamenyesheje ko bakirikumwe…
Aglaë Umwigeme afise impano itangaje yo kuririmba benshi mwamumenye mumahiganwa ya primusic mukiganiro yagiranye na indundi Magazine (Indundi Tv: 👉🏾https://youtu.be/RyWFJBCtj5o ) yabashije kutubwira igihe yatanguriye umuziki!-->…
Ugusubira kubona Sat-B ahantu avuga ko afitanye ikibazo n’umuririmvyi uyu canke uriya ngo n’umuziro uzirwa. Igituma ngo nuko ubwa mbere yabona ko ari imwe mu nzira bocishamwo ngo babashe guca agafaranga nk’uko abandi…
Inyuma yo kumara igihe kinini atari kurubuga ngurukanabumenyi narumwe canke ngo yumvikane aha na hariya Ismail ubu ariko arakora nk'uko yahora abicishije ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe haba Instagram, Facebook na!-->…
Urwego rw’umuhuza w’abarundi rusaba abaririmvyi, abasanzwe bakina ivyese n’amareresi bo bafise ijwi rishika kure kandi mu mwanya muto, ko bofasha mu gutanga ubutumwa bujanye n’ugukeza inzego nshasha ziheruka gutorwa.…
Dj Bisoso ngo nubwo umuntu yomwica ntiyokwigera aja kurondera ba bakobwa badandaza umubiri, ivyo n’ivyo aheruka kubwira ikinyamakuru Isimbi co mu gihugu kibanyi c’Urwanda, aho asanzwe yisumamwo, agakorera n’ikinyamakuru…
Haheze igihe kitari gito umuririmvyi akiri muto abenshi bazi nka M Nif Jimbo ariko arakora ibidasanzwe mu rugendo rwiwe rw'umuziki ariko hakama hari igifungu co kumenya nimba ari muri Label canke akora kugiti ciwe.Kuva!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.