Kebby yashimiwe n'abatari bake bari bagize igihe bamunyotewe kubera ukubura kw'uturirimbo twiwe muri ino misi. Akaba yaragize igihe asa n'uwuri mu gacerere gakomeye. Abo bakaba bashimye mu gihe aheruka gushira…
Alikiba yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram ishusho arikumwe na Yvonne chakachaka iyo akaba yahavuye iherekezwa n'amajambo avuga ku giteramo bimirije. Inyuma y'igihe akaririmbo Alikiba yakoranye n'umunya…
Umuvyeyi wa Vichou ntiyigeze amuzibira ngo yanke ko amanuka I Bujumbura, ariko yamutekereye impanuro za kivyeyi kugira aze yitware neza. Inyuma yo guhurira I Bujumbura, Vianney , Bosco na Huguette bakaganira bahuza,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.