Entertainmenthomepagekirundi

Kingorongoro muri Afrika yepfo urubanza rumwe rumaze zibiri

Mu mpera z’umwaka wa 2023 kingorongoro yaratewe iteka ryo guteramisha abakunzi biwe baba muri Afrika yepfo mu binza bitatu bitandukanye igenekerezo rya 31 Kigarama 2023, n’igenekerezo rya 1 Nzero 2024.

Icagiye cibonekeza n’uko bamweretse urukundo rurenze abari bishikiye mur’ivyo bibanza.

Ngo ntibigiye kugarukira ngaho kuko azoshobora no gukorana indirimbo n’umuririmvyi wo muri south Afrika atarashika kuvuga izina, hakaba n’ikindi giteramo agiye kuhakorera imbere yuko agaruka mugihugu ciwe c’amavukiro, agiye kumenyesha vuba igenekerezo kizoberako.

Kingorongoro Yatanguriye umwaka muri Afrika yepfo bisa nkuko agiye kuhamara ukwezi kose kuko azogaruka igenekerezo rya 28 Nzero 2024.

Kingorongoro 1/akaba yaheruka muri Maroc nayo indirimbo yiwe ” Love in the sky” iheruka gutorwa nka video y’umwaka Kuri platform show

What's your reaction?

Related Posts

1 of 744