https://www.youtube.com/watch?v=JYq3BpMbrig Umukambwe muri uno muziki ndundi, Big fizzo ntahuriza n’umwana acaruka Olegue benshi bazi nka Delegue General ku kibazo c’uburyo indirimbo zizokundwa zikorwa. Ivyo bakaba baheru…
Igiteramo ca Alikiba co kuri uyu wa 25/12 cavuzweko ibitari bike n’aba na bariya barimwo umumenyeshamakuru yahoze akorera insamirizi Rema Fm, Ismail Niyonkuru, aho asa n’uwutabona neza ico giteramo, noneho akagitega…
https://www.youtube.com/watch?v=utO5s7zBLFg Amafaranga arenga imiliyoni 70 z’amafaranga ya hano iwacu yari yatororokanijwe ngo afashe umuhisi Karim Babel kwivuza ingwara yahavuye imutwara, ngo ayo mafaranga ashobora guhabwa…
https://www.youtube.com/watch?v=JfQUoNHBhn0 Mu gihe hari hagize imisi hariko havugwa ivy’indirimbo ishobora gukorwa hagati ya Sat-b na Alikiba, ku musi w’ejo habonetse amashusho n’isanamu y’umuririmvyi Big Fizzo arikumwe…
https://www.youtube.com/watch?v=YOIlShcnSP0 Mu gihe abatari bake bagize imisi basa nkaho bariko batera amabuye umuririmvyi Olegue, bakayamutera kubera indirimbo yashize ahabona yise “Korayo”, uwo muririmvyi mu kiganiro…
https://www.youtube.com/watch?v=JfQUoNHBhn0 Mu gihe igenekerezo rya 25/12 igice kitari gito c’ababa kw’isi baba bariko bahimbaza ivuka ry’akana Yezu, Noheli, Iwabo n’umukunzi wa Alvin bari baramutse babona umukwe. Alvin Smith…
https://www.youtube.com/watch?v=YOIlShcnSP0 Amajambo y’umunezero uvanze n’umubabaro niyo yaranze igice ca Story ca Instagram y’umu Dj w’umurundi, Dj Ira, abarizwa mu gihugu kibanyi c’Urwanda. Ayo majambo yashizwe kuri urwo…
https://www.youtube.com/watch?v=TP4vdfPhEyU Aba Diaspora ngo baragisibije hano I Bujumbura muri ino misi, ivyo n’ibishikirizwa na bamwe mu ncuti z’abafise abakunzi muri abo barundi baba hakurya y’amazi. Ivyo bikaba bivugwa…
https://www.youtube.com/watch?v=utO5s7zBLFg Kuba yarinjiye mu masanamu y’indirimbo ya Sat-b, ngo vyatumye Komanda asa nk’uwubaye igicibwa mu mugwi w’abahabwa ibiraka bitandukanye n’umuririmvyi bahanganye, Big Fizzo. Umukinyi…
https://www.youtube.com/watch?v=o-I4-KaI0tI Ubugeni bwa Nziza Desire buheruka gukorerwa hano iwacu ngo bwamutwaye amafaranga Atari make. Uwo muririmvyi akaba n’umwanditsi wa “Rukundo Virus”, yatanze impamvu bwakozwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.