Abayobozi bakuru hamwe n’abayobozi mu bushikiranganji bujejwe intwaro yo hagati mu gihugu hamwe n’inyigisho zo gukindisha igihugu bagenwe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu. Itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/104 ryo…
Barundi, Barundikazi, Bakunzi b'Uburundi; 1. Imbere ya vyose nagomba mbanze nshimire Imana Mushoboravyose, umuremyi w'ijuru n'isi yaturemeye Igihugu cacu ciza c'Uburundi kandi igatako ikakizigama gushika…
Mu gihe kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 28 Ruheshi ariho umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutunganya amatora CENI wari waramutse ushira kumugaragaro ikirangamisi c'ingene amatora yo mu mwaka w'2020…
Mu ntumbero yo gufasha abarundi bose kwitegurira amatora meza neza ata musunikano canke kwihutira umwanya, umurwi w’igihugu wigenga ujejwe gutunganya amatora CENI uhejeje gushira ahabona ikirangamisi c’amatora yo mu mwaka…
L'Association pour le Dévelopement Economique et Social au Burundi "ADES TWUNGUBUMWE" est une association sans but lucratif agréée par l'Ordonance Ministèrielle no 530/1730 du 18 décembre 2013.…
Ku mugoroba wo kuri uyu wa gatanu waraye uheze, igenekerezo rya 7 Ruheshi umwaka w'2019, umukuru w'inama nshingamateka Nyenicubahiro Pascal Nyabenda yarakiriye mu biro vyiwe Nyakwubahwa umupfasoni Catherine Samba…
Uwahoze ari Perezida wa Centrafrique Catherine Samba Panza ari kumwe n’uwahoze ari umunyamabanga nshingwabikorwa w’umuryango ICGLR umupfasoni Liberate Mulamura bari mu Burundi kuva mu gatondo ko kuri uno wa gatatu…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 5 Ruheshi umwaka w’2019, umukuru w’igihugu cacu Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yari yaramutse akoranya inama nshikiranganji I Gitega ku murwa mukuru wa poritike. Muri iyo nama hakaba hizwe…
L’opposant nigérian Atiku Abubakar a dénoncé ce mercredi 27 février une "parodie d‘élection" après l’annonce de la victoire du président sortant Muhammadu Buhari et annoncé qu’il allait saisir la justice pour!-->…
Uburundi burabandanya imyiteguro nk’uko bisanzwe kugira bujane n’ibindi bihugu bisangiye umuryango wa Africa y’ubuseruko mw’ikoreshwa ry’ifaranga rimwe, "union monétaire" mu rurimi rw'igifransa. Ivyo vyemezwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.