kuri uyu wa Gatatu igenekerezo rya 28 Gitugutu 2020, ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryasohoye itangazo rihamagarira abipfuza bose kuzoherekeza Intamba mu rugamba muri Mauritania ko boshika vuba ku…
Inkuru ibabaje Ku bakunzi b'umukinyi Riyad Mahrez. Mu gitondo ko kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 07 Nyakanga 2020, umugwi Manchester City washize ahabona itangazo rivuga y'uko umukinyi wabo wo kuruhande Umunya…
Umukinyi w'umusatirizi w'umurundi Bigirimana Blaise akinira umugwi Namungo Fc wo mu gihugu ca Tanzania , ariko aronderwa cane na Yang Africans wo mu gisagara ca Dar es salaam . Amakuru Indundi Sports yahoboye…
Ku musi w'Imana igenekerezo rya 2 Myanadagaro 2020, isaha icenda (15h00) mu nzu y'ubunwero Escotis iri mu Bwiza mu gisagara ca Bujumbura , niho umugwi "les Amies" uhurikiyemwo abakinyi ba kera babiciye…
Mundwi yaraye iheze umugwi Aigle Noire the Fighters werekanye abakinyi batatu b'abanya mahanga bavuye muri Tanzania wazanye mu ntumberoyo kwiyuzuza no kwikomeza . Umumenyereza w'umugwi Aigle Noire The Fighters…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.