Umumenyereza w’abanyegori Amidou Hassan ntakibarizwa mu mugwi Athletico New Oil Acedemy wa hariya i Muyinga . Ivyo bikaba vyabonekeye mu majambo yanditswe ku rubuga ngurukana bumenyi rw’uwo munyegiri aho…
Umugwi Aigle Noir Cs ukina mu cicaro ca mbere hano iwacu uzoserukira igihugu c’Uburundi mw’ihiganwa Mapinduzi Cup rizobera mw’izinga rya Zanzibar . Uwo mugwi Aigle Noir Cs ukaba umaze gutumako abakinyi 30 bazotoramwo…
Muri za nkino z’ibirarane zari zisigaye kugira igice ca mbere c’ihiganwa rya Primus League rirangiye , umugwi Flambeau du Centre waraye unyagiye Bumamuru Fc . Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 14 Kigarama 2022, aho…
Inyuma yaho umugwi Aigle Noir Cs wo mu Ntara ya Makamba utsindiwe igitsindo 1-0 n’umugwi Kayanza United mu rukino rw’indwi igira 14 rwa Primus League , uwo mugwi wahanye abakinyi bawo bashika kuri 4. Abo ni aba…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ku rwerwo rw’igihugu Primus League rigiye kubandanya kundwi igira 14. Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 25 Munyonyo 2022: - Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urunani , Umugwi Rukinzo Fc…
Umugwi Musongati Fc ariwo wari wakiriye umugwi Flambeau du Centre mu rukino rw’indwi ya 12 rwa Primus League yarangiye imigwi yose inganije . Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 16 Munyonyo 2022 , Isaha icenda…
Umugwizatuga Richard Kaderi wo mu ntara ya Muyinga niwe yashimiwe n’uwurongoye umugwi Olympic Star w’Imuyinga, Général Major Ildéphonse Habarurema. Agashimwe yahawe kakaba arako kumushimira kubora ishirahamwe ryiwe rya…
Amakuru Indundi Sports ihejeje kuronka ubu nyene avuye kubegereye umugwi Bujumbura City wegukira igisagara ca Bujumbura aravuga y’uko umumenyereza Omar ntakagero yamaze gutanga imihoho mu mabanga yo kumenyereza uwo mugwi …
Wa muhungu umukinyi wa kera w’Ubufaransa yashima Ndikumana Danny ariko arabica bigacika. Ndikumana Danny asanzwe afise imyaka 20 y’amavuko muri kino gihe ariko arabica bigacika mw’ihiganwa rya Primus League ryo mu Burundi…
Abashika kuri 18 nibo baraye baterereye kugira ikibuga c’intwari cubakwe gushasha gutyo Uburundi nabwo nyene bugire ikibuga mpuzamakungu cemewe na FIFA. Hari ku musi wa gatandatu uheze igenekerezo rya 08 Gitugutu 2022 , aho…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.