Inyuma ko kutongerezwa amasezerano mu mugwi Gasogi United wo mu cicaro ca mbere, umukinyi Iddy Museremu yagarutse muri Messager Ngozi. Kuri uyu wa mbere uheze igenekerezo rya 22 Myandagaro 2022 , niho uwahoze ari umusatirizi…
Umugwi Elaga Top Junior w’i Nyanza Lac wanyagiwe bimwe bikomeye n’umugwi wa Magara Young Boys . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 20 Myandagaro 2022 isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari , aho umugwi Magara Young Boys…
Umugwi Flambeau du Centre, waraye wirahiye Inter Star ibitsindo 2-1 , ivyaciye bituma ikirori cabo ca Flambeau Day kiryoha. Hari kuri uyu w'Imana,igenekerezo rya 21 Myandagaro 2022 igihe c'isaha icenda 15h00 ku…
Inyuma yo gutwara igikombe ca Primus League 2021-2022, umugwi Flambeau du Centre wo mu ntara ya Gitega ugiye gukora umusi mukuru wo kwigina igikombe cawo , umusi bise Flambeau du Centre Day . Uwo musi mukuru wo kwigina…
Inkino za Aigle Noir Cs zikinirwa hano iwacu cane cane iza Primus League , zizohora zicishwa ku mboneshakure Azam Tv yo mu gihugu ca Tanzania, ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Niyonkuru Domitien arongoye ikigo Fondation…
Igihe yariko akorana ikiganiro n’abamenyeshamakuru ku musi w'Imana uheze igenekerezo rya 14 Myandagaro 2021 kuri Tropitel Hotel ku murwa mukuru wa Politique i Gitega , Niyonkuru Domitien icegera c’uwutwara Ikigo…
Umukinyi Ndayishimiye Youssuf Nyange asanzwe akinira umugwi wa Istanbul Basaksehir wo mu gihugu ca Turquie yagize ico aterereye nawe nyene mu migwi ya Aigle Noir na Tigre Noir. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe n’icigera…
Abakunzi b’umugwi Top Junior umubabaro ni wose inyuma y’uko ishirahamwe ELAGA risanzwe rikorera i Nyanza Lac mu Ntara ya Makamba riguze uwo mugwi. Uwo mugwi uzokorera mu ntara ya Makamba ukazotwarwa i Nyanza Lac nk'uko…
Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 12 Myandagaro 2022 i Geita mu gihugu ca Tanzania , umugwi Geita Gold uzoba ufise ibirori bidasanzwe vyo kwerekana icese abakinyi bawo bashasha n'abari bahasanzwe umusi witiriwe Geita…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi rifadikanije n’ishirahamwe ry’abamenyeshamakuru b’inkino mu Burundi AJSB ryatunganije inyigisho kubanditsi n’abamenyeshamakuru bazokurikirana Primus League 2022-2023. Izo nyigisho…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.