Inyuma yo kugirwa umuhinga muri Bumamuru(Consultant), umurundi Ndayishimiye Warren Chebby yaraye azanye umukinyi mushasha akina hagati avuye muri Diable Noirs wo muri Congo Brazzaville. Ahmed Ouattara…
Inyuma yo gusezererwa mu mahiganwa ya Cambiasso Cup yari amaze imisi ariko abera mu gisagara ca Dar Es Salaam mu gice ca kabiri gishira icanyuma , Umugwi Tigre Noir the Warriors wo mu Ruyigi wahisemwo kuzana umumenyereza…
Umugwi Rayon Sport wo mu gihigu c’Urwanda ukinamwo abakinyi babiri b’abarundi aribo Karim Nizigiyimana Makenz na Ndizeye Samuel waraye utahukanye ikibanza ca gatatu mw’ihiganwa ry’igikombe c’igihugu ( Coupe de la Paix 2022).…
Umugwi Bumamuru Fc uzoserukira Uburundi mu nkino za Caf Confédération Cup watanguye kwiyubaka . Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 27 Ruheshi 2022, niho umugwi Bumamuru Fc wo mu cibitoke wasinyishije abakinyi bashika…
Umumenyereza Bipfubusa Joslin yaraye ashize umukono ku masezerano yo kumenyereza umugwi Espoir Fc wo mu gihugu c’Urwanda. Joslin akaba yashize umukono ku masezerano yo kumenyereza uwo mugwi mu kiringo c’imyaka itatu. Bimwe…
Umugwi Bumamuru Fc wo mu ntara ya Cibitoke wasinyishije umumenyereza Vivier Bahati yahora amenyereza mu gihugu ca Tanzania , umugwi wa Biashara United . Vivier Bahati akaba azofashanya na Nduwantare Jean Marie Ismail yahora…
Uwashinze umugwi Aigle Noir Cs Honorable Réverien Ndikuriyo ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 18 Ruheshi 2022 , Azohimbaza imyaka 52 abonye izuba . Kuri uwo musi akaba yashimye guhimbaza uwo munsi udasanzwe…
Ku musi w’Imana igenekerezo rya 15 Rusama 2022, Umurongozi Mukuru w’umugwi Athletico New Oil Academy , Niyibizi Ismail Apolinaire batazira apolo hamwe na Staff y’abarongoye umugwi wa Athletico New Oil Football Academy…
Haile Shalom yatsindiye agashimwe k'ukwezi kwa Nzero. Murangira Ramise yatsindiye agashimwe k’ukwezi kwa Ruhuma Tempo Jancy yatsindiye agahimwe ku kwezi kwa Ntwarante. Kanianga Patrick Banza yatsindiye agashimwe…
Umukinyi wa kera wa Vital’o Fc Godefroid Okoko niwe agiye kuza arafasha kumenyereza Umugwi Aigle Noir CS , Umugwi yigeze kumenyereza kera . Godfoird Okoko akaba yahora amenyereza umugwi Namungo Fc wo mu cicaro…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.