Asman Ndikumana batariza Garden ntakiri umukinyi w’umugwi Aigle Noir the Fightersi, vyo bika vyabonetse mu rwandiko rwasohowe n’ubuyobozi bw’umugwi Aigle Noir . Ndikumana Asman yagirizwa n’uburongozi bw’uwo mugwi kutaguma…
Uwigeze kuba umurongozi wa Vital’o Fc imyaka itari mike Djamal Seif , yaguze umugwi Flambeau de l’est wo mu Ruyigi. Djamal Seif yari yemeranije na Honorable Jean Claude Nkunzimana yari asanzwe atwara uwo…
Inyuma y’aho umugwi Flambeau du Centre utsindiye Bumamuru ibitsindo 2-0, abakunzi b’uwo mugwi baciye bashimira abo bakinyi . inyuma y’urwo rukino umwe mubasanzwe batwara umugwi Flambeau du Centre Honorable Georges…
a Vyamaze kumenyekana y’uko umumenyereza wa Top Junior Sahabo Pariss ariwe yatsindiye agashimwe k’umumenyereza w’ukwezi kwa Nzero 2022 yigenjeje neza gusumba abandi. Uku niko basumbanya amanota: 1) Top Junior : Amanota 10…
Haampande yo kuba icegera c’uwutwara abamenyereza bo mu Burundi Harimenshi Alexis agiye kwitoza mu kibanza co gutwara Futsal na Soccer Beach. Igenekerezo rya 05 Kigarama 2021, niho hazoba amatora yo ku rwego…
Honorable Réverien Ndikuriyo agiye gufata akanya ko guhura n’abakinyi b’intamba mu rugamba bakina muza Burayi n’abandi kugira abashimire imbere y’uko atazoba agitwara ishirahamwe Mu kiganiro yari yaramutse akorana…
Mu bucagucagu bwo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 09 Nyakanga 2021, niho imigwi ya Messager Ngozi na Bumamuru yurira indege imwe ija guserukira igihugu. Umugwi Messager Ngozi watwaye igikombe ca Primus league wowo…
Amakuru indundi Sports ihejeje kuronka muri kano kanya n’uko umugwi Aigle Noire The Fighters umaze kwerekeza mu gihugu ca Tanzania mu gisagara ca Harusha. Amatwi adusumira n’uko uwo mugwi woba witabiriye ubutumwa warungikiwe…
Kuva ihiganwa rya Primus League ritangura umunyegori ntayegayezwa w’umugwi Messager Ngozi ntaraboneka mu kibuga. Imbere y’uko ihiganwa ritangura vyari vyavuzwe y’uko Rukundo Onesime adashobora kuboneka yambaye umwambaro wa…
Umukinyi wo hagati yari yahamagawe kwitegurira Cecafa -23 co kimwe n’abandi Nukuri Alex-Jeremie yagizwe kizigenza wa Academy asanzwe akinamwo yitwa Tuks University of Pretoria. Nukuri Alex- Jeremie kuva aho aviriye mu Burundi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.