kuva kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 16 Ndamukiza gushika kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2021 , ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi yaryo ya 26. Uku niko imigwi yatsindanye : -…
Kitenge Alexis nawe yahavuye ahabwa umupira nk'uko abandi bama bawuhabwa iyo binjije ibitsindo 3 mu rukino. Hari ku musi wa w’Imana igenekerezo rya 11 Ndamukiza 2021, ku kibuga Intwari aho umugwi Athletico Academy wari…
Mu gihe umugwi Musongati Fc wari uhejeje kwirahira Aigle Noir igitsindo 1-0, mu rukino rw’indwi ya 25 rw’ihiganwa rya Primus league Burundi rwari rwabereye i Gitega , uwutwara umugwi Musongati Fc Denis Karera…
kuva mu mpera z’indwi iheze gushika mu ntango zo muri ino ndwi ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi yaryo ya 25 . Imigwi ikaba yatsindanye uku gukurikira : - Umugwi Muzinga Fc watangaje benshi mu gutsinda les…
Rukundo Jean de Dieu batazira Dodi yaraye ahawe agashimwe k’umumenyereza yigenjeje neza gusumba abandi mu kwezi kwa Ruhuhuma . Ako gashimwe akaba yagahawe n’ishirahamwe ry’abakunzi b’inkino bita BCM (…
Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 11 Ndamukiza 2021, igihe c’isaha icenda 15h00 niho umugwi Musongati Fc wo mu Ntara ya Gitega wari wakiriye Umugwi Aigle Noir ku kibuga c’ingoma mu rukino rw’indwi ya 25 rw’ihiganwa rya Primus…
Umumenyereza w’umugwi Musongati Fc yasubiye gutsindira agashimwe k'umumenyereza yaranze ukwezi kwa Ruhuhuma inyuma yo gutsindira ako mu kwezi kwa Nzero. Jean de Dieu mu nkino zine zakinwe muri uko kwezi yatsinze inkino…
Umugwi Telaviv wo mu cicaro ca kabiri waraye usezereye Umugwi Aigle Noir The fighters uwutsinze ibitsindo 2-1 mu rukino rw’igice ca 16 gishira icanyuma c’igikombe c’umukuru w’igihugu. Ivyo bikaba vyaciye bituma…
Mu mpera z’indwi iheze ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ryari ryabandanije kundwi yaryo ya 24. Uku niko imigwi yatsindanye : - Umugwi Royal Fc watsinze Inter Star igitsindo 1-0 - Flambeau du Centre itsinda Muzinga Fc igitsindo…
-Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2021, isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari Umugwi Athletico Academy uza kwakira Vital’o Fc . -Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 20 Ruhuhuma 2021, isaha icenda 15h00 ku kibuga…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.