Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni atera akamo abanyagihugu bose kwitabira isekeza ryo kwipimisha ikiza ca covid-19 hamwe no kwubahiriza ingingo zafashwe mu ntumbero yo gukinga ikwirakwira ry’ico kiza.…
Mu ntumbero yo kurwanya igwirirkana ry’ikiza ca koronavirisi, ubuyobozi bw’igisagara ca Bujumbura bumenyesha ko kuva ubu, kwambara agapfukamunwa ari itegeko ku muntu wese aja gusaba ijambo. Biri mu rwandiko rwasohowe na…
Umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida Thaddée Ndikumana arabeshuza amakuru amaze imisi aca ku mbuga ngurukana bumenyi. Agira ati “Barabesha, udufukamunwa nta migera ya koronavirisi turimwo”.…
Mu mpera z’iyi ndwi turangije, abandi bantu ijana ngo nibo bashoboye gutorwa ko banduye umugera wa korona, bakaba batowe mu bagera 5300 bapimwe kubera babonanye na bamwe 40 baheruka kuyitorwako. Thaddée Ndikumana,…
Abantu bagera ku 40 bashasha nibo bamenyekanye ko banduye umugera wa covid-19 mu misi ibiri iheze. Ivyo ni ibiri mw’itangazo ryasohowe kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 6 Nzero 2020, n’ubushikiranganji bujejwe kubungabunga…
Mu gihe urucanco rwa Covid-19 rwari rurindiranywe igishika rwatanguye gutangwa , bimaze kuboneka ko rudashobora kuronswa abantu bose na cane cane abavyeyi bibungenze n'abasanzwe bonsa abana. Mu bantu bakoreweko…
Kuri uwu wa kane igenekerezo rya 17 Kigarama 2020 , neza na neza mu mango y'isaha zitanu , ingoro y'igihugu c'ubufaransa Elysée niho yamenyesha isi yose ko umukuru w'igihugu Emmanuel Macron ahejeje…
Ubushikiranganji bujejwe kubugabunga amagara y’abantu no kurwanya sida bujejej gushira ahabona ibiharuro bishasha vya Covid-19. Gushika kuri uyu wa 2 Kigarama umwaka w’2020, abantu bamaze kwandira coronavirus bagera ku 692.…
Kuva aho ikibuga c'indege Melchior Ndadaye hamwe n'iyindi mipaka y'uruja n'uruza vyugururiwe ngo ibice 95 kw’ijana vy’abatowe coronavirus baje bavuye hanze y’igihugu. Mu kiganiro yahaye abanditsi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.