Nubwo baba mu mahanga, ngo ntibataye umuco, barangwa n'akaranga, kandi baracavuga ikirundi co kuziko. Hashizweho ishirahamwe "Tubivugane" mu ntumbero yo gutezimbere umuco n'akaranga mu barundi baba hanze…
https://youtu.be/Efyy4RRIXqc Umupfasoni Denise Nkurunziza asizwe n’umuhisi Perezida Pierre Nkurunziza yahoze arongoye Uburundi yagize inkomezi zo kuvuga ijambo mu kumusezera ubwa nyuma mu kibuga Ingoma c'i Gitega, avuga…
https://youtu.be/bfghxSk_lIc Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye avuga ko we n'Abarundi bose bazokwama bakurikiza iragi nyakwigenderera Petero Nkurunziza abasigiye, ryo gukunda igihugu nk'uko nawe…
Uburundi ngo buriteguriye kwakira abarundi bose birukanywe muri Reta zunze ubumwe za Amerika mu gihe bigaragaye koko ka ari abarundi. Abo nabo ngo birukanywe kubera badakwije ivya ngombwa. Ariko kandi ngo abo Uburundi…
Ngo nta barundi bazosubira kuronswa uruhusha (visa) rwo kuja muri Reta zunze ubumwe za Amerika. Ivyo ni ivyaraye bishikirijwe kuri uyu wa gatunu igenekerezo rya 19 Ruheshi 2020, n’igisata ca Reta zunze ubumwe za…
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 30 Rusama 2020, isaha zitanu zo mu gitondo 11h00 niho abahoze ari aba kizigenza b'umugwi w'intamba mu rugamba Ndikumana Yamin Selemani hamwe na Ntibazonkiza Saido…
Abayoboke ba Zebiya batahukanywe mu miryango yabo, kuri uyu wa gatandatu, ngo baranse gutera umukono ku rupapuro rwemeza ko bagiye gukurikiza amategeko y’igihugu. Naho biri uko, umuyobozi mukuru ajejwe igisata co gutahukana…
Urunani Kira Burundi rusaba indongozi zishasha gupfungura abapfunzwe bazira ivya poritike hamwe no kwubahiriza umutungo wa Reta. Urwo runani Kira Burundi rusaba kandi izo ndongozi zishasha kuzokora ibishoboka vyose kugira…
Bamwe mu banyagihugu bo muri zone Gatumba, bahuye n’imyuzure begeranirijwe muri site ya Kigaramango iri muri zone Rukaramu, komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura bavuga ko bafise ubukene bw’utuzu twa surwumwe hamwe…
Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ko ashaka kuzogira ico afashije abateshejwe izabo n’imvura igize igihe iriko iragwa, igatuma abantu bata izabo, ivyabo navyo bigatwarwa n’amazi. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.