Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 25 Nyakanga, umukuru w'igihugu c'Uburundi yaramutse atunganya ikiganiro kidasanzwe aho yishura ku bibazo bitandukanye vy'abamenyeshamakuru n'abenegihugu, ikiganiro…
Kuri uno wa kane, igenekerezo rya 24 Nyakanga 2020, impuzi z'abarundi bangana n’ijana na cumi na babiri bari bugaraniwe mu bisagara bitandukanye vy'igihugu c'Urwanda kubera ikiza ca corona kuva mu kwezi kwa…
Umurwi wa mbere w’abarundi bagera ku 287 bakiriwe kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 23 Nyakanga muri zone Gatumba komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura ku rubibe Uburundi buhana n’igihugu ca Republika iharanira intwaro…
Abarundi bagera ku majana atandatu na mirongo ibiri na batatu (623) bagize imiryango amajana abiri n’itandatu (206) bahora mu makambi y'impunzi yo mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya nibo bahungutse kuri uyu wa kabiri,…
Ikibazo co kutumvikana kw'abarongoye ishengero ry'aba adventiste ubu kigeze mu minwe y'ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n'umutekano. Nk'uko biri…
Umukuru w'igisagara ca Bujumbura, Jimmy Hatungimana aragabisha abantu bamaze imisi bagisibije mu kunyaga abenegihugu bababesha ngo bashaka kubaha akazi. Nk'uko biri mw'itangazo Meri ya Bujumbura yashize ahabona…
Ishirahamwe ryitaho abapfungwa hamwe n’imiryango yabo «Ntabariza-SPF », ryatunganije kuri uno wambere igenekerezo rya 21 Nyakanga umwaka w’2020 mu ntara ya Cibitoke, uruganda rwo gukaburira ubwenge urwaruka rusanzwe ruri mu…
Imiryango irenga ijana na mirongo itatu y'abari bateshejwe izabo kubera imyuzurira bahora begeranirijwe muri karitiye Winterekwa iri muri zone Gihosha mu gisagara ca Bujumbura yasubijwe mu zabo kuri uno wa gatandatu,…
Kuba atabitabo vyanditswe n'abarundi canke n'abanyamahanga ku bijanye n'ibinogo rusangi vyatawemwo abishwe muri kahise, ni kimwe mu vyerekana ko ibijanye na kahise k'Uburundi harimwo agahaze. Bishikirizwa…
Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano buributsa abafise ubunywero, uburiro, ubutambiro hamwe n’abarongozi b’amashengero barara baratamba bavuza ingoma ko bobihagarika guhera uno musi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.