Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, Pascal Barandagiye, ahamagarira ba musitanteri b’amakomine kuba hafi kugira batange impapuro zisabwa n’abagiye kwitoza mu matora yimirije. Umushikiranganji Barandagiye…
Inyuma y’iyinga ashitse mubwa Nyaburunga aho yatumenyesheje ko azanwe n’urukundo rwamye ruranga abarundi kuva kera na rindi, umuvugizi w’ishirahamwe BDUSA (Burundian Diaspora in USA 🇺🇸) risanzwe riyobowe…
Kw'igenekerezo rya 1 Ruhuhuma 2020, Abarundi baba mu Bushinwa baratunganije ikiganiro “KU ZIKO” cari ikigira kabiri gitunganijwe, aho umutumire yari umuronzi w'ikirundi Patrice Ntafatiro aba mu gihugu ca Canada.…
Mu kiringo rero, aha mu gihugu cacu dusanzwe twibuka umusi w'ubumwe bw'abarundi igenekerezo rya 05 Ruhuhuma buri mwaka, urutonde rw'uko ibirori bizogenda ejo ku musi wa gatatu rero ruza rwagiye ahabona.…
Umurwi ujejwe kumenya ukuri n'ukurekuriranira mu Burundi, CVR, uvuga ko mu minsi itatu umaze kuzura ibisigarira vy'abantu 1350 bahambwe mu binono indwi mu 1972 ku mutumba wa Bukirasazi ya komine Shombo. Kuva ku…
Igipolisi ca Afrika y'Epfo cataye muri yompi abanyamahanga 100 badafise ibibaranga mu karere ka Diepsloot kari mu buraruko bw'igisagara ca Johannesburg inyuma y'imigumuko yadutse muri ico gisagara. Iyo…
Abantu bagera kuri icumi na batanu nibo bamaze kumenyekana ko bitavye Imana n’ayo abandi bataramenywa igitigiri barabura irengero inyuma y’umukuba wadutse ku kiyaga kiri mu burengero bwa Repubirika iharanira demokarasi ya…
Umugwi wigenga w'igihugu ujejwe agateka ka zina muntu mu Burundi CNIDH umenyesha ko abanywanyi 3 b'amashirahamwe y'abigisha SYGEPEBU, na CEPEDUC, bahora bapfunzwe barekuwe kuri uyu wa kabiri wraye uheze,…
Ku musi wa gatandatu abantu 4 barasize ubuzima mu gitero c'abihevyi b'abanya Islam begamiye umuhari Al-Qaida. Ivyo bikaba vyabereye ku mugwa mukuru wa Somalia Mogadiscio. Ico gitero kikaba cakozwe hakoreshejwe…
Leta ya Congo Kinshasa irahakana ibivurwa ko yoba ifise umugambi wo kugaburamwo ico gihugu kabiri, igice c'ubuseruko bwa kigahabwa ibihugu birimwo Uganda, Urwanda n'Uburundi. Aganira na BBC, umuvugizi wa Leta ya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.