Umurwi wo kumenya ukuri n'ukunywanisha abarundi CVR, umenyesha ko umaze guharura ibinogo rusangi 4,163 vyahambwemwo abantu bishwe mu magume Uburundi bwagiye bucamwo kuva bwikukira. Ivyo biri mu cegeranyo ca mbere…
Ibindi biganiro vyo gutorera umuti ikibazo kiri hagati ya Etiyopiya na Misiri gishingiye kuri kazoza k'umugambi w'urugomero rw'umuyagankuba ruri ku ruzi Nili biri mu gusubira kuba i Washington. Mu mwaka uheze,…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 13 Nzero 2020, umugwi w’igihugu ujejwe kuvugana ukuri no kunywanisha abarundi CVR watoye ibisigarira vy’abantu bagera kuri 250 mu kibanza c'ahahoze isoko ya Kamenge. Kugira…
Abarenga 70 nibo bivugwa ko bahitanwe n'igisasu cari giteze mu modoka ku murwa mukuru wa Somalia. Ico gisasu kikaba caturikiye mu kibanza c'igenzura ry'umutekano, ku masanganzira akunda kugenderwa cane mu…
Imvura nyinshi yaraye iguye mu gisagara ca Bujumbura yateye imyuzure myinshi mu karere ka Buterere aho hononekaye ibintu bitari bike, bikanavugwa ko hari abariko barava muri iyo karitiye. Muri iyo karitiye ahantu hasinzikaye…
Imigenderanire hagati ya Zambia na Leta zunze ubumwe za Amerika ishobora gutosekara bikomeye. Ivyo n'ibiboneka mu majambo aheruka gushikirizwa n'ayo ma Leta yose. Inyendamuvano ngo ni urubanza rw'abagabo 2…
Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru hamwe n’abenegihugu, umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza yabajijwe igituma Uburundi bwama buvuga ko buterwa n’igihugu kibanyi c’Urwanda yamara bwitwara ntiburonke inyishu itomoye araheza…
Mu ntumbero yo kubafasha guhimbaza neza imisi mikuru irangiza umwaka, umukuru w'igihugu c'Uburundi Pierre Nkurunziza yashikirije imfashanyo imwe mu miryango ifise amikoro make. Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 24…
Imikangara gitsina gabo bashika 26 bose nibo bimenyeshwa ko bafashwe n'igipolisi c'idini ya ISLAM muri Nigeria , neza na neza mu ntara yitwa KANU, aho ngo bari bakoraniye bari mu misi mikuru. Nk'uko rero …
Nk'uko biboneka mu rwandiko rwiriwe rurakwiragizwa ku mbuga ngurukana bumenyi zitandukanye, hari umugwi w’abahinga ugizwe n’abasirikare gusa watanguye urugendo kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 3 Kigarama 2019,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.