Abateshejwe ivyabo n’intambara gushika ubu bataritura umurwi w’igihugu ujejwe gutatura amatati y’amatongo n’ayandi matungo CNTB mu mpfunyapfunyo y’ikinyamazuru ngo bafise ikiringo kitarenga imyaka ibiri co kuwitura nayo!-->…
Abarundi babiri umwe aba mu gihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika, uwundi muri Norvège bagiye hamwe batanguza umugambi bise “TIMA” ufise intumbero y’ukumenyekanisha imiryango ihari mu Burundi hamwe n’uguhimiriza abantu!-->…
Pasitori Kayihura Modeste azwi kw’izina rya "Prophète Modeste" arongoye ishengero "Faith Practice Miracles Ministries" rifise icicaro kw’ihoteri "Source du Nil" iro mu gisagara can Bujumbura!-->!-->!-->…
Le président sud-africain Cyril Ramaphosa et son opposition vent débout contre les attaques xénophobes survenues il y a quelques jours dans le pays. Une publicité dont aurait pu se passer la nation arc-en-ciel qui se!-->!-->!-->…
Aho baramutse baja muri zone ya Kanyosha kur’uyu wa 30/03/2019 ahasanzwe harerewe impfuvyi harimwo n’abagendana ubumuga butandukanye (Centre Isange Sainte Rosselo). Umurwi BestLife bavuga ko izo ari zimwe mundoto zivyo!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukenyezi afise uruhara ntasubirizwa mu kurera, gutanga indero hamwe no mw’iterambere ry’abana kuko kenshi aribo bama bari hafi yabo Umushikiranganji w’agateka ka zina muntu, imibano n’iterambere ridakumira Martin!-->!-->!-->!-->!-->…
Abantu bagera ku muriyoni umwe n’ibihumbi amajana umunani na mirongo itanu barasinzikaye muri iki gihe kubera igihuhusi Idai n’inkurikizi zaco mu gihugu ca Mozambike conyene. Nk'uko vyatangajwe n'ishirahamwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Dans l’appartement qu’il occupe en banlieue de Moscou, Lamin ne conserve que quelques vêtements et une Bible, apportée dans ses bagages quand il est arrivé en Russie, comme des milliers d’autres Africains, avec un visa de!-->…
Mu nama yo guhanahana ivyiyumviro yari yahuje umuhuza w’abarundi Nduwimana Edouard hamwe n’abarongoye amashengero atandukanye akorera mu Burundi kuri uno wa kane igenekerezo rya 7 Ntwarante umwaka w’2019, umuhuza!-->!-->!-->…
Alors que le « Sommet sur la protection des mineurs dans l'Église » se poursuit à huis clos au Vatican, les victimes d'abus sexuels demandent quant à elles toujours justice. D'un côté, des responsables de l’Eglise!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.