Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 16 Ruheshi 2021, hakiriwe imiryango y'abarundi irenga 40 ihungutse ivuye mu gihugu kibanyi ca Repubirika iharanira demokarasi ya Congo. Iyo miryango yahungutse ikaba ari 46 igizwe…
Umukuru w'Igihugu c'Uburundi asaba abanyagihugu bo muri zone Gatumba komine Mutimbuzi batewe n'amazi gutegura imitima ko bashobora kurondererwa ahandi hantu boshobora kujanwa kuba. Evaritse Ndayishimiye…
Hamaze iminsi hibonekeza ubukene bw'amazi ku mugwa mukuru wa Komine n'intara ya Gitega, ubwo bukene bw'amazi bukaba bwibonekeza mu makaritiye ya Mushasha, Nyabugogo, Yoba, karera hamwe n'ahandi.…
Reta y'Uburundi imenyesha ko urubibe Uburundi buhana n'igihugu ca Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Kongo mu Gatumba ruzokwugururwa mu ndwi iza, igenekerezo rya 1 Ruheshi 2021. Icegera c'uworongoye umurwi…
Emelyne Ndayishimiye yataye ubugeni ku musi w'umuhezagiro wo mu rusengero, agasiga umugabo mu vyambu, yerekanywe n’igiporisi c’Uburundi kuri uno wa mbere, igenekerezo rya 24 Rusama 2021, hari haciye amezi arenga atatu…
Ikigo c'impfuvyi Orphelinat Nice Hope House kiri mu ntara ya Gitega kirakenye uburyo bukwiye bwotuma gikora neza nk’uko kivyipfuza. Ico kigo kiri ku mutumba wa zege komine n'intara ya Gitega kikaba cakira abana…
Reta y’Uburundi isaba abantu bari bapanze amazu mu Gatumba no mu Rukaramu hanyuma agaterwa n’amazi kuja gupanga ahandi kugira itorere inyishu irama ico kibazo. Isaba kandi abanyagihugu gutegura imitima ku ngingo igiye gufatwa…
https://www.youtube.com/watch?v=Jr5MdTOzUCA Bamwe mu bajejwe intwaro banka ingingo ziba zafashwe n'ubutungane hamwe no gushaka kwinjira mu kazi ku wundi ni zimwe mu ntambamyi zituma agateka ka zina muntu katubahirizwa…
Umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD-FDD Réverien Ndikuriyo aranegura inyifato ya bamwebamwe ngo "bagara kurusha ibizinu". Agira ati : "ibizinu biva mw'isi vyicishije bugufi ariko vyashika…
Aba Isiramu bo mu Burundi bifatanije n'abandi bo kwisi guhimbaza umunsi mukuru wa Eid Mubarak, umunsi usozera amapfungo y'ukwezi kwa Ramazani. Uwurongoye umuryango w’aba Isiramu mu Burundi vy'imfatakibanza…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.