Umunyamabanga mukuru w'umugambwe CNDD-FDD Réverien Ndikuriyo aranegura inyifato ya bamwebamwe ngo "bagara kurusha ibizinu". Agira ati : "ibizinu biva mw'isi vyicishije bugufi ariko vyashika…
Aba Isiramu bo mu Burundi bifatanije n'abandi bo kwisi guhimbaza umunsi mukuru wa Eid Mubarak, umunsi usozera amapfungo y'ukwezi kwa Ramazani. Uwurongoye umuryango w’aba Isiramu mu Burundi vy'imfatakibanza…
Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 27 Ndamukiza 2021, umushikiranganji w’intwaro yo hagati, iterambere rusangi n’umutekano Gervais ndirakobuca yakiriye abarundi bagera kw’159 bari bahungutse bavuye mu gihugu kibanyi…
Abajejwe intwaro ku nzego z’intara basabwa gufasha gushira mu ngiro ingingo z’umurwi w’igihugu ujejwe gutatura amatati y’amatongo n’ayandi matungo CNTB. Félicien Nduwuburundi arongoye uyo murwi yabishikirije mu nama yo…
Kuri uno wa mbere, igenekerezo rya 26 Ndamukiza 2021, imiryango y'abantu igera kuri mirongo ibiri yimuwe bitumwe no gusenyuka kw'isi kwadutse kubomagura amazu atari make ku mutumba na zone Migera komine Kabezi mu…
Urwego rw’igihugu rujejwe gukinga impanuka rufadikanije n’ubuyobozi bukuru bujejwe gutunganya ibisagara rumenyesha ko ibibanza vyo kwubakamwo amazu bigera kw'ijana na mirongo itanu bimaze gutegekanywa, ahitwa Buhomba…
Mw'itangazo ryashizwe ahabona babicishije ku rubuga ngurikana bumenyi rwa facebook ya Police y'Uburundi bamenyesheje ko amategeko yo mwibarabara agikora. Hari kuri uwu wa 06 Ndamukiza 2021 aho babicishije muri aya…
Kuri uno wa gatanu, igenekerezo rya 19 Ntwarante umwaka w'2021, umutambukanyi w'umukuru w'igihugu Angeline Ndayishimiye yashikirije imfashanyo abakenyezi bo muri komine Ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura. Iyo…
"Ivyo mukora ni ibiki? Muriko murazura akaboze? Ayo ni amwe mu majambo abakozi b'umurwi w'igihugu ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi CVR babwirwa mu gihe bariko barazura ibisigarira vy'abantu…
Abicishije ku rubuga rwa Twitter, umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yahojeje abatanzaniya bose kumwe n'umuryango usizwe na Perezida John Pombe Magufuli yaryamiye ukuboko kw'abagabo kuri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.