Musitanteri wa komine Mukaza iri mu gisagara ca Bujumbura yaraye yugaye ubunywero buri mu gisagara ca Bujumbura kumvo z’uko butubahirije amategeko abugenga. Nk’uko biri mu rwandiko inomero 531.018.02/294CMK/20202 rwo kuwa 10…
Abantu 17 bagirizwa ubusuma n’ubundi bugizi bwa nabi butandukanye harimwo kudandaza ibiyayuramutwe hamwe n’ubwicanyi berekanywe n'igiporisi kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 27 Gitugutu 2020. Pierre Nkurikiye avugira…
Abadandaza bahora bakorera mw'isoko ya Kamenge iheruka gusha ngo bagiye kuba barashizwe vy'imfatakibanza mu kibanza kiri hagati y'ibarabara rya 11 na 12 muri zone Cibitoke, komine Ntahangwa mu gisagara ca…
Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa kabiri, igenekerezo ra 20…
Ivyo umurwi ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi CVR umaze imisi uriko urakora, ngo si ukuzura akaboze nk’uko benshi bavyibaza. Ivyo ni ibishikirizwa na Cyriaque Nshimirimana, icegera ca kabiri c'umukuru…
Abanyamwema bo mu Burundi ngo bahanzwe n'ibibazo vyinshi cane cane indwara zo ku rukoba, kudafatwa neza mu kibano no mu mashure hamwe no kwirukanwa mu ngo kw'abakenyezi baba bibarutse umwana w’umunyamwema. Ivyo ni…
Bamwe mu basengera mw'ishengero ry'abadventiste b'umusi w'indwi basaba ko mu ntumbero yo gutorera umuti indyane zibandanya zibonekeza muri iryo shengero ari uko hokurikizwa ibiri mw'ikete…
Amafaranga yababa imiriyoni 80 z’amarundi niyo yinjiye mu kigega ca Reta biciye mu bushikiranganji bw’inyubako, ibikoresho no kugwiza uburaro muri aya mezi atatu y’umwaka aheze. Ivyo umushikiranganji ajejwe inyubako,…
Ba ntahonikora barenga ibihumbi icumi na kimwe baravujwe, abantu bashika 28 bapfunzwe hadakwirikijwe amategeko bararekurwa. Ivyo ni bimwe mu vyaranguwe n'ubushikiranganji bujejwe gufatana mu nda mu kiringo c’amezi…
Zimwe mu ntabamyi z’ubushikiranganji bujejwe iyinjira ry'Uburundi mu muryango wa Afrika y'ubuseruko, urwaruka, inkino n'imico kama ngo n’uko bakiriko barariha ibirarane vy'intererano y'Uburundi muri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.