Intumbero y'URWEVU ni ukugira turondere uburyo bwoshotse bushoboka bwotuma ubushobozi umuntu yaremanwe kamere bwoye guhura n'inzitizi maze ngo aruhire kubaho ubuzima budahimbaye. ( Human potentials development) Mu…
Mu gitabo citwa ''The power of positive thinking", canditswe n'uwitwa Vincent Peal, turabona aho , mu kigabane ca kane( Chapitre 04) ahanura abantu ko bogerageza amasengesho mu kurondera ko bogira…
Mbega wewe uri nde? ufise ivyiyumviro nyabaki? Ni ibiki wemera mu buzima bwawe. Ni izahe nyifato zawe canke kamere kawe? Mbega wumva ufise ukweyemera ku rugero rungana gute? Ufise imigenderanire iyahe n'abandi bantu?…
Imana rero hari uburyo bw'ukuyihaya ukoresheje uko yagiye iriyerekana mu butwari bwayo. Mbega none ko twumva abategetsi Imana yaduhaye bashira imbere ijambo ugukora, nko mu gukoresha ijambo ''Leta…
Vyogora gushoka umuntu agira ngo yoba asakuje uwovuga atarya umunwa ko benshi aha kwisi turondera umunezero yamara tutazi n'ico umuzeo uri! Burya rero ngo , abahinga bamaze kubica irya n'ino bahavuye basanga…
Pour augmenter sa spiritualité. Protection contre les entités négatives Pour faire un bon voyage Contre les ennemis mortels. Pour connaître les choses cachées. Contre la mort violente, les calamités, tremblements de terre et…
- Quote( Citation ) '' There are two types of people who will tell you that you cannot make a difference in this world ; those who are afraid to try and those who are afraid you will succeed ''. (Il…
Mu gihe hari haciye igihe kitari gito ibiteramo bisa nk'ivyahagaritswe mu gihugu c'Uburundi yaba abasanzwe bateramisha abantu mu bunywero butandukanye ,ivyo bita (karaoke) n'abagira ibiteramo (concert), ku mvo…
Aho bukera muri Leta zunze ubumwe za amerika, abayabaga guhera ku myaka 12 gushika kuri 15 bagiye gutangura guhabwa urucanco rwa COVID-19. Urwo ruhusha rukaba rwatanzwe n’ikigo kijejwe kugenzura ibiribwa n’imiti muri Leta…
Pour augmenter la foi Contre les attaques sataniques Contre les maux de tête Pour la délivrance les personnes possédées Pour avoir de la sérénité Pour découvrir le nom d’un voleur Et pour changer la tristesse en joie…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.