Pour découragez ceux qui veulent porter atteinte à votre réputation. Pour se protéger de la sorcellerie Pour un accouchement normal et terme normal Pour la prospérité des biens de la terre. Pour rester bon et honnête. Pour…
Je vous propose cette formule en bas. Repétez -là autant de fois que vous le pouvez au point de vous en impreigner la substance . Et surtout, n'oubliez pas de le faire avant de vous en dormir et juste au réveil . Elle…
Ni kuki abasokuru bise ubwo bwoko bw'inyoni "Inuma"? ubwo nta sano bifitaniye n'ijambo ukunuma? Komeza nawe wiyumvira! Iyo nyoni mu buryo bw'impwemu niyo bakoresha mu kugira kibe ikimenyetso ca…
Les psaumes du Roi David sont des outils spirituels qui peuvent nous aider à exprimer nos besoins à Dieu , pour qu'il nous apporte le secours adéquat. A titre de témoignage, je récitais le psaume 90, et quand je sors de…
Indirimbo ya Ado Josan na Jose Chameleon ngo naho yatevye ariko izotinda isohoka, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Ado ubwiwe mu kiyago yagiranye na Indundi Tv kuri Micro ya Alan the Real. Muri ico kiganniro uwo…
Ku bice 50% ngo ico yari yiyemeje gushikako abicishije muri Ep ya Romantic Sound ngo yarabishikanye. Ivyo n’ivyashikirijwe uno musi n’umuririmvyi Aboubakar Karum benshi bazi nka Sat-b. Mu kiyago n’umwe mu basanzwe bakoresha…
Alvin Smith ngo agiye kwitwarira abo muri rimwe mu mashirahamwe afasha abaririmvyi gushira Ibikorwa vyabo ku mbuga zigurisha umuziki. Imvo n'imvano nuko ngo ata n'urukoroka bigera bamuha avuye kuri izo mbuga, Kandi…
Induru ngo zirashobora kwaduka hagati ya Esther Nish hamwe na Manager wiwe Dj Jackson, imvo zayo ngo n'ukutumvikana bivanye n'uko rumwe muri izo mpande rutariko rukurikiza ivyo rwavuganye n'urundi. Amakuru…
Mista champagne ngo imigambi yahindutse, ngo nta gahunda afise yo gushira Indirimbo ziwe ziboneka muri Album nshasha ku mbuga ngurukanabumenyi zigurisha umuziki. Uwo muririmvyi yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram numero ya…
Indirimbo yakoreye amasanamu mu myaka yahera zitaboneka ku rubuga rwa YouTube rwiwe ngo zigiye kubonekako, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na R Flow ubwiwe mu kiganiro The Profile gica kuri Isanamu Tv. Muri ico…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.