Nk'uko tubona abaciye urwevu babimenyesha, ngo burya ukubaho udafise ihangiro Vision ni nk'ukubaho nk'umuntu atambuka bwa mpumyi. Iyo amaguru akujanye hose niho uheza ukaja. Uba njanye n'abaja. Uwu…
Aho muri wewe , muri uwo mutwe wawe harimwo inkomezi ziteye ubwoba! Hariyo inkomezi zingana n'iz'Imana. Urashoboye kurema, mu kiringo uciye muri nya nkomezi. Nta kintu na kimwe udashoboye gushikako! Hari mbere…
Mu kiringo rero wamaze gufata ingingo y'ico uzoba uri mu myaka hagati ya 7 na cumi", ubwo nyene uba winjiye mu ntambara zinyuranye mu buryo bw'impwemu. Ibishobisho rero binyuranye biba vyari vyibereye mu…
Ibintu vyishi mbere tukaba tubizi. Ibikenewe vyose kugira bino canke biriya bihabe, maze tukaba tubizi. Yamara ukubishikako bikaduta ku w'amazi! Naranezerewe igihe nabona insiguro ry'ijambo " Ubwigenge"(…
Muntu wese uko ungana kwose, waba urwaruka canke uwisumbuye, umenye ko ukaba uriko ubaho udafise ihangiro c'ivyo wifuza kuba warashitseko mu myaka hagati ya 7 canke 10 uriko urigirira nabi cane. Ibi vyiyumviro…
Brian Tracy, ntiyayivugije, yayiciy'umurya!Mu gitabo citwa " The power of your self-discipline" yayinditse, aradusigurira neza uko ibintu bimeze. Ngo yarihweje asanga kumbe umuntu avuka agakura afashwe mu…
Abantu barenga ibice 90 kw'ijana ngo ntituzi ivyo twifuza. Jewe nza ndihweza utuntu n'utundi ngaheza ngaca urwevu. Mu gihe maze guca urwevu nkamenya ico bita "la loi des correspondances "canke" la loi…
Ukwidegemvya ni ukuba ufise ubushobozi bw'ugukora ivyo uzi wategerezwa gukora Aha naricaye ndasooma bino bitabo abaciye urwevu banditse mbona ni vyiza cane. Ariko rero uwundi musi nariyumviriye nti none ni guki ,…
Aho Imana yabusya , Shetani yari musi y'urujo!! Aho yavuga iti" sabe muzoronka" Sinzi igitabo nasomye nsanga abaciye urwevu bavuga ngo ibice birenga mirongo icenda kw'icana vy'abana ntituzi ico…
Mu kiringo rero umaze gufata ingingo ikijana ku masonga, utegerezwa kwiha ibintu utegerezwa gucako kurya kw'ingazi kugira ushike kw'ihangiro( Objectif). Objectifs z'ubuzima nazo ni nyinshi. Dufate akarorero ko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.