Ugasanga rero hariho imiyabaga, iheza igahendwa cane n'ubuto, igaheza igahava yibaza ngo bizohora uko. Abo ni bamwe bama bivugira ngo ndacari muto, ivya kazoza ukamengo ntibibaraba. Abo ni bamwe, abagize ngo…
Abahinga baciye urwevu imbere yacu bamenyesha ko igihambaye burya atari icamwa. Igihambaye nyabuna ni urugemwe. Intango niyo ihambaye. Mu gihe rero abahinga bariko bararondera insiguro itomoye y'ugushika ku masonga(…
Uko twagiye turatohoza muvyo abaciye urwevu imbere yacu bavyanditse, twasanze koko umuntu ibimutera ingorane, inzitizi ziwe afise ziri muri we nyene. Ivyo vyose bigushikira bigushikira kubera hari ibiri muri wewe nyene…
Abahinga babiciye irya n'ino, basanze abantu benshi vy'ukuri batazi ico amafaranga ari. Ikindi naco bavuga n'uko ngo , burya tutaronka amatungo kubera mw'itsitso rya kameremere kacu hariyo ivyiyumviro…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 11 Rusama umwaka w'2019, umurirmvyi rurangiranwa Bizimana Aboubakar Kalume benshi bazi nka Sat-B Satlight King yari yaramutse atumirwa nk'umwe mu mboneza z'urwaruka!-->!-->!-->…
Umurundi aba mu gihugu c'Ubwongereza Ndayishimiye Chebby Warren abandanya yerekana uburyo akunda igihugu ciwe c'amavukiro mu gufasha urwaruka rw'imihingo itandukanye mu gihugu. Inyuma yo gutanga ibikoresho!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Ikigo kijejwe kworohereza abanyamitahe API kimenyesha ko iterambere ry’igihugu mu vy’ubutunzi rica mu gisata c’abikorera utwabo kandi ko kazoza k’igihugu gahagaze ku rwaruka. Kuri uno wa 1 Ndamukiza umwaka w’2019, ikigo!-->!-->!-->!-->!-->…
Amafaranga y'amarundi angana n'imiriyaridi zitatu niyo Nyenicubahiro Perezida Petero Nkurunziza yaraye yemereye urwaruka mu kurufata mu mugongo mu migambi yarwo yo kwiteza imbere. Mu gihe yari aramutse yipfuriza abarundi!-->!-->!-->!-->!-->…
Abanyeshure bariko bariga igice ca kabiri c'amashure nshingiro y'abigenga batatoye ikibazo c'umwaka w'icenda ngo boba barakinjura bakaja mu mashure y'imyuga kuko ata mpamyabushobozi bazoronswa. Kuri uno wa gatatu!-->!-->!-->!-->!-->…
Ugahura n'umu jeuene yarahejeje amashure agaca yigira ngaho akicara kumwe kwa ya mpene yo muci, yavyara igaca ivuga ngo ahanje ndahejeje hasigaye ah'umurezi. Umukomye, ngo" Leta nta kazi irampa ngo ni…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.