NTIBATWIGISHIJE KUBA INTAMBWE. BATWIGISHIJE KUVA INTAMA. Iyo tuvuze intambwe ntimuhave mugira ngo kuvuze ugutandagura. Oya dushatse kuvuga , ukugira umutima w'imboneza( Leaders). Umuntu wese yaje kuri ino si hari ico…
Hiriya , mu gihande c'ibubafu, ku nkengera z'inzuzi z'i BABYOLNONI, benshi niyo bari.Ni benshi cane. Imiyabaga , eka n'abakuze . Muti bariko bakorayo iki? Iyo bamwe bateye, abandi baraheza bakitabira.…
Mu gihe igikorwa co kwandika urwaruka rwahejeje amashure rwipfuza akazi cari gitegekanijwe kurangira kuri uno wa mbere igenekerezo rya 14 Nyakanga 2020 igihe c’isaha zitandatu z’umurango, ubushikiranganji bw’inwaro yo hagati…
Nk’uko biri mw’itangazo yaraye ashize ahabona, umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi hamwe n’umutekano, Petero Nkurikiye amenyesha ko igikorwa co kwandika urwaruka rwose rwize…
Hoba hari icizere ko urwaruka ruba mu bisagara vya Gitega na Bujumbura rugiye kwogorora, bikaba vyashizwe ahabona na Amb.Albert SHINGIRO umushikiranganji w'Uburundi n'ayandi makungu, mu gihe yari aramutse yugurura…
Naho rero dusanzwe tuzi neza ko ubuzima ari urugendo kandi ata n'uwuzi igihe azokwigendera, biraheza yamara bikatugora ukwiyumvira ikijanye n'uko tuzohava twigendera. Akavuze wa mukecuru ati ''ivyo…
Hafitiwe ku makuru ya nyuma aherutse gusohoka ku vyerekeye Covid 19, nk'uko vyasohowe na Université yitwa Johns Hopkins , abantu ngo bagera kuri 19.499.341 (imiliyoni cumi n"icenda n'ibihumbi amajana ane…
Qu’est-ce que la jalousie ? Dans le livre " les 7 péchés capitaux ou ce mal qui nous tient tête" écrit par Pascal IDE ET Luc ADRIAN, la jalousie est définie sous deux aspects : la tristesse de ce qu’a l’autre et la…
Who that cape fit, let them wear it! ( Bob Marley) Ayo ni amajambo amwe akoreshwa n'umuhisi w'umuririmvyi Bob Marley. Ariko ni amajambo akomeye cane mu buryo bw'impwemu kuko kanatsinda uyo muhisi ivyo…
Ugasanga rero hari abantu amaso yabo yama yihutira kubona ibitagenda. Iyo ikirahuri gicagatiye, bobo baraheza bakibonera igihande kigaragara, ntibashake kwerekwa igihande kirimwo amazi. Umubajije araheza akakubwira ko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.