Burundihomepagekirundi_Sports

conférence de Presse :Saido Berahino aratanga icizere

Saido Berahino kizigenza w’Intamba mu rugamba avuga ko bipfuza kwandikisha amateka ku musi w’ejo bakirabira CAN 2024 .

Berahino avuga kandi ko abakinyi bakiri bato kandi bafise impano zidasanzwe kandi bafise intego ( Ambitieux) . ngo bazogira ico bashoboye kugira batahukane itsinzi ku musi w’ejo.

Kizigenza Saido Berahino avuga kandi ko ari umugwi wa Cameroun ufise igututu bivanye n’uko arico gihugu gikomeye , nticari gikwiye kuba kiriko kiriruka no guhiga itike ku musi wanyuma ariko ngo vyose ni umupira .

Ngo ku musi w’ejo bazogerageza gutsinda bidakunze ko batsinda banganije bizoba vyiza .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 829