EntertainmenthomepageIKIRUNDI_newskirundimusic

Diamond Platnumz yavuze kuvyo kubana n’aban biwe

Diamond Platnumz ngo igihe kigeze, azoja gutora Abana biwe bose babane nawe.

Mu majwi yumvikanye mu kiganiro gica kuri Wasafi Fm, uwo muririmvyi yavuze ko hataragera ko Abana n’abana biwe.

Muri ayo majwi, uwo muririmvyi yumvikanye avuga ko ikintu cose kigira igihe caco, ngo Abana bangana nk’abiwe baba bagikeneye kubana na Nyina kugira bahabwe uburezi, ariko bamaze gukura ngo haragera bagakenera kubana n’umuvyeyi w’umugabo.

Diamond Platnumz yavuze ko kubana n’abana biwe Ari ikintu yipfuza cane gusumba.

Mwomenya ko Abana ba Diamond abazwi na Tiffah na Nilan yavyaranye na Zari, Junior yavyaranye na Tanasha Dona, hamwe n’uwo yavyaranye na Hamisa Mobeto.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 769