East Africa NewsAkes DonEntertainmenthomepagekirundiMagic Soldier KingorongoromusicPassport

Diamond yarondereye umutekano umukunzi wiw mushasha, Tanasha

Kugira amukungire, Diamond yarondereye umukunzi wiwe mushasha, uwumurindira umutekano.

Tanasha umumenyeshamakuru mu gihugu ca Kenya, akaba kandi umukunzi mushasha wa Diamond Platnumz aheruka kuboneka afise uwumucungera ubuzima, kandi atawe yahorana.

Amakuru dukesha Nairobie News akavuga ko uwo mumenyeshamakuru w’umunya Kenya afise kandi n’akabira k’ubutaliyano, ngo yaronderewe na Diamond Paltnumz uwo mugabo amurindira umutekano.

Uwo mwigeme aho muri ino ndwi yaboneka mu nzu y’ubutambiro arikumwe n’incuti ziwe, ngo yaracunzwe bikomeye gose. Bikaba bitari vyoroshe kumuboronka, ubona ko ngo muri iryo joro atawabashije n’ukumufata foto, kuko kumuramutsa vyo cari nk’ikizira.

Ivyo bikaba bishitse mu gohe ngo Diamodn aheruka kumenyesha ko uwo ariwe mwigeme bazorushinga muri uyu mwaka wa 2019. Aho ni mu gihe muri uno mwaka yari yamenyeshej ko utarengana atarushinze.

Diamond na Tanasha bakaba batanguye kuboneka barikumwe, mu ntango z’uku kwezi kwa 12, aho Diamond platnumz yari yagiye i nairobie ahamagawe mu giteramo.



What's your reaction?

Related Posts

1 of 769