Diasporahomepagekirundi

Diaspora News: Asaba gushigikirwa mw’ihiganwa arimwo rya China Africa cooperation

Umurundikazi Hakizimana Alexia(no4) aba mu gihugu c’Ubushinwa  ari mwihiganwa ryitiriwe «China Africa cooperation » arasaba abarundi kumushigikira kugira arabe ko yotahukana iryo higanwa.

Kumuha amahirwe yo gutsinda, iryo higanwa, mwinjira kuri iyi link : http://www.beijingreview.com.cn/

Ari ku nomero 4 kandi mushobora kubikora rimwe ku musi, amatora akaba ategekanyijwe kuzorangira ku musi w’ejo igenekerezo rya 30 Munyonyo2020.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 759