DiasporaDiaspora Organizationsdiaspora promotedfeatured diasporahomepagekirundiWorld News

Diaspora News: Uwaramutswa vy’imfata kibanza abarundi baba mu bubirigi yarakombowe

Jean Niyonkuru, yagirizwa ubushobozi buke bwo gutunganya amatora y’indongozi nyezina z ’abarundi baba mu Bubirigi kuva mu mwaka wa 2019 ntakibarizwa muri ayo mabanga vy’imfatatakibanza.

Amaze,kubona ko amategeko agenga itunganywa ry’amashirahamwe aserukira abarundi mu bihugu barimwo’OP’(organisation pays) yahonyanzwe, Japhet Legentil Ndayishimiye aramutswa abarundi baba mu mahanga yandikiye ibaruwa ryo kumenyesha zina murundi aba mu bubiligi ko atosubira kwitura iyo ndongozi.

Mu ngingo mfatakibaza zafashwe n’abaserukira diaspora y’Uburundi akaba ari uko ababa mu bubiligi bokwegera ubuserukizi bw’Uburundi (ambassade) muri ico gihugu kugira bitegurire amatora y’indongozi nshasha.

Japhet Legentil akaba yamenyesheje uruganda rwa indundi Magazine ko amezi atatu imbere yuko haba indwi yahariwe umurundi aba mu mahanga izobera hano i Bujumbura mukwezi kwa
Mukakaro 2021 bategerezwa kuba bafise indongizi zishasha.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 759