BurundiCuteEducationhomepagekirundi

Education: Baranegura ingingo zimwe zimwe ziherutse gufatwa

Zimwe mu ngingo z’itegeko rigenga ikigega c’uburaro bw’abigisha FLE ziranegurwa n’amasendika y’abigisha abiri ariyo SEPEDUC na SYGEPEBU.

Nk’uko biri mu rwandiko barungikiye ubushikiranganji bujejwe indero, ayo masendika abiri avuga ko ababazwa no kubona yarakumiriwe mu rwego nshingwantwaro rw’ico kigega kandi basanzwe ari abanywanyi.

Ayo masendika atanga akarorero k’ingingo ya 4 y’iryo tegeko bavuga ko ikumira bamwe mw’itunganywa ry’ico kigega FLE. Iyo nayo ivuga ko amasendika atandatu gusa ariyo afitaniye imigenderanire na Reta, muriyo amasendika SEPEDUC na SYGEPEBU ntarimwo.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 766