featured sportChelseahomepagekirundikirundi_SportsYvan muziki

FFB| Ubutunzi bw’ishiramwe bwakoreshejwe neza

Inama rukokoma y’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB yaremreje ko ubutunzi bw’iryo shirahamwe bwakoreshejwe neza.

Kw’igenekerezo rya 03 ntwarante kuri Hotel Nonala Beach niho habereye inama yo kurabirahamwe uko ubutunzi bw’ishirahamwe yaba ubuva muri Fifa,Caf Brarudi, Vietel kumwe nahandi bwakorrshejwe.

Mu kiganiro umunyamabanga mukuru w’ishiramwe FFB yamenyesheje ko hizwe kandi uko hojaho amategeko agenga uruja n’uza rw’abakinyi.


Ikibazo kijanye nuruja n’uruza rw’abakinyi kikaba arico cafashe umwanya mu nini kuko kirimwo amategeko menshi.
Nayo muri rusangi iryo shirahamwe ribicishije ku munyamabanga waryo bemeza ko hatewintambwe nini.

Nayo kukibazo c’ibintazi gikunze kuvurwa, FFB imenyesha ko umupira ukinirwa ku ku kibuga , kandi imirwi itanganijwe neza ariyo itanga umusaruro, ibintazi ari ibintazi nyene.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 872