homepagekirundi_Sports

Handball : Uburundi bugiye gutana mu mitwe n’Urwanda mu rukino rwa Kivandimwe.

Umugwi nserukira gihigu Intamba mu rugamba wa Handball w’abatarenza imyaka 19 uriko witegurira inkino z’igikombe c’isi kizobera muri Croatie , ugiye gukina urukino rwa gicuti n’umugwi nserukira gihugu w’Urwanda mu batarenza imyaka 19 nawo nyene uzokina igikombe c’isi.

Urwo rukino rugiye guhuza Uburundi n’Urwanda ruza kubera i Bujumbura kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 09/07/2023 Isaha zine z’umuhingamo ( 10h) ku kibuga ca Département.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 805