Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 23 Nyakanga 2023 Isaha Icenda n’iminota mirongo ine n’itanu ( 15h45 ) ku kibuga ca Saint Augustin, 17 Combat izokwakira Mutakura Fc ;
ku musi wa gatandanu igenekerezo rya 23 nyakanga 2023 isaha icenda n’iminota mirongo ine n’itanu ( 15h45) ku kibuga co mu Buterere, Golden State Fc izokwakira Ruvumera Fc, nayo ku munsi w’Imana igenekerezo rya 24 nyakanga 2023 isaha icenda n’iminota mirongo ine n’itanu ( 15h45) ku kibuga co mu Buterere,
Jasna Fc wakire C.K.F.A.F FC



















