CAN2019footballgroups-at-messageInfrastructuresInkinokirundi_Sportsprimusic-burundiSport

# Indundi Sports| Abakinyi ba 5 Lionnel Messi Yemera gusumba abandi

Hano kw’isi umuntu wese afise abantu akunda kurusha abandi, canke ikintu akunda gusumba ikindi , na Lionel Messy niko  kwuko.

Kizigenza w’umugwi Fc Barcelona Lionel Messi yavuze abakinyi 5 yemera kw’isi gusumba abandi ukuyemwo izina rya Cristiano Rinaldo.

Abo nabo si abandi n’aba bakurikira :

1) Luis Suarez ( Fc Barcelona )
2) Neymar Junior ( PSG)
3) Kyliam Mbape ( PSG)
4) Sergio Kun Aguero ( Manchester City )
5) Eden Hazard ( Real Madrid )

Mwomenya ko muri urwo rutonde rw’abakinyi 5 yavuze, batatu ari incuti ziwe , aho twovuga nka Luis Suarez bakinana muri Fc Barcelona, Neyamr Junior bigeze gukinana muri Fc Barcelona gushika ubu yama yipfuza ko yogaruka muri uwo mugwi, ndetse na Sergio Kun Aguero bakinye mu mugwi nserukira gihugu wa Argentine .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 329