Basketballhomepagekirundikirundi_Sports

# Indundi Sports | Basketball : Tigers gutsinda Les Hyppos | Kern nayo itsindwa na Remesha

 

Kuva ku musi wa gatatu igenekerezo rya 22 Ruhuhuma 2023 , ihiganwa rya Basketball Nani Mkali ryaratanguye .

Umurwi wa Tigers w’i Makamba warashoboye gutsinda Les Hippos amanota 80 ku manota 60, mugihe urukino rwari guhuza Dynamos na Gymkana rwahagaritswe n’imvura .

Igenekerezo rya 23 Ruhuhuma 2023 , umurwi Remesha BBC watsinze Kern amanota 74 kuri 65

kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 24 Ruhuhuma 2023 , Umurwi W’urunani uza gutana mu mitwe n’umurwi wa Dynamo isaha cumi na zibiri zo kumugoroba ( 18h00’) .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 873