homepagekirundikirundi_Sports

Bugesera yaguze abarundi batanu

Bugesera Fc mukwiyubaka gushasha yahisemwo gusumira mu Burundi.

Mu gihe imigwi itandukanye yo mu gihugu c’Urwanda iriko iriyubaka gushasha kugira yitegurire neza ihiganwa ry’umwaka wa 2019-2020 uyo mugwi wamaze gutangura kugura abakinyi b’abarundi.

Nabo akaba ari aba bakurikira :

1) Bazunza Djamal yahora akina muri Rukinzo

2) Joe yahora akina muri Musongati Fc

4) Moussa yahora akina muri Buja City

5) Issa yahora akina muri Moso sugar

6) Ramadhan yahora akina muri Inter Star

7) Kitenge Ally Tonto.

Mukamenya y’uko umugwi wa Bugesera Fc mu mwaka uheze wahora ukinamwo abarundi babiri aribo Steeve Nzigamasabo amaze kwerekeza muri Tanzaniya hamwe na Nimubona Kadogo amaze kwerekeza muri Police Fc.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 871