CAN2019footballhomepageInfrastructuresInkinokirundikirundi_SportsPremiereprimus ligueprimusic-burundi

Colonel Alexis ngo umugwi muzinga ugiye gukomera muri kano karere

Inyuma y’aho umugwi Muzinga Fc unyagiriye Top Junior ibitsindo 9 mu rukino rwa nyuma rwo mu cicaro ca kabiri rwaciye rutuma baduga mu cicaro ca mbere inyuma y’imyaka itatu bari mu cicaro ca kabiri , uwurongoye umugwi Muzinga Fc Colonel Nduwimana Alexis yaragize ico ashikiriza Indundi TV.

Colonel Alexis akaba yavuze y’uko bakeneye kuba mu migwi itanu ya mbere yo mu cicaro ca mbere muri uno mwaka mu kugura abakinyi ndetse n’umumenyereza yabunyoye kuburyo yobagumiza mu cicaro ca mbere.

Colonel Nduwimana Lexis akaba yaratangaje abatari bake inyuma y’iyo ntsinzi kuko yerekanye y’uko yigeze gukina umupira w’amaguru mu gutera Jongire zitari nke.

Video yose muyirabira ngaha musi n’ingene yateye agapira gushika aho bamuterura👇🏿👇🏿👇🏿

What's your reaction?

Related Posts

1 of 891