footballhomepagekirundikirundi_Sports

Coupe du Président : ibiciro vyo kwinjira mu rukino rwa Musongati Fc na Vital’o Fc vyashizwe ahabona

Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 12 Ndamukiza 2020, isaha icenda 15h00 ku kibuga c’ingoma , umugwi wa Musongati Fc wo mu ntara ya Gitega uzoba wakiriye umugwi wa Vital’o Fc mu rukino rwo gusubiriza rw’igikombe c’Umukuru w’igihugu.

Ibiciro vyo kwinjira muri urwo rukino bikaba vyamaze kumenyekana :

– Ku mpande z’ikibuga kwinjira ni amafaranga ibihumbi 2000fbu

– Mu bwugamo bw’iteka kwinjira ni amafaranga ibihumbi 5000fbu

-Mu bwugamo bwa V.I.P kwinjira ni amafaranga ibihumbi 10.000fbu

What's your reaction?

Related Posts

1 of 891