homepagekirundikirundi_Sports

Cyclisme :Nyanza lac niyo izokwakira ihiganwa ry’igihugu

Uburundi ni kimwe mu bihugu bikina ivyo gusiganwa ku makinga mbere akaba ari urukino ruhurumbirwa mu bice bitandukanye hano iwacu nka Gihanga mu ntara ya Bubanza , Nyanza lac mu ntara ya Makamba , Rumonge na Bujumbura Mairie eka na hose mu gihugu.

Uko umwaka utashe ,ishirahamwe ryo gusiganwa n’amakinga mu Burundi Fecybu rirongowe na Arnaud Patrick Iryumugabo ryaraye rimenyesheje isango rizoberako ihiganwa ry’igihugu cose nkuko vyashikirijwe na Désiré  Hussein Nsengiyumva asanzwe ari umunyamabanga muri iryo shirahamwe aho yamenyesheje abagize iryo shirahamwe yuko iryo higanwa riruta ayandi mu Burundi rizokinwa ku magenekerezo ya 22 na 23 Myandagaro mu ntara ya Makamba neza na neza muri komine Nyanza lac .

Ikinyamakuru indundi kikaba kibemereye kuzobakurikiranira izo nkino

What's your reaction?

Related Posts

1 of 871