homepagekirundikirundi_SportsMiss EricaWorld NewsYvan muziki

FC Barcelona ivuga ko Dembele ariwe akomeye gusumba Neymar

Igurishwa rya Neymar ngo ryabaye ngirakamaro kuri Fc Barcelona gusumba PSG yamuguze nk’uko bishikirizwa n’umukuru wa PSG, Josep Maria Bartomeu.

Ivyo akaba abivuga kubera ngo imiriyoni 222 z’amafaranga y’amanyaburaya zaguzwe uwo mukinyi, zatumye bagura abakinyi 2, Ousmane Dembéle na Philippe Coutinho. Umwe muribo we, Dembéle, uwo mutware akavuga ko yamaze gufata akarere, kandi ko asigaye akomeye gusumba Neyamar.

Naho biri uko, ibinyamakuru vyo bikaba bidahuza nawe, kuko ikinyamakuru Foot01 co mu bufaransa dukesha ino nkuru kivuga ko ariko akora ibishoboka vyose ngo yemeze abafana na Barcelona ubukomezi bwa Dembele.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 871