footballgroups-membership-request-accepted-by-adminhomepagekirundikirundi_SportsWorld News

FIFA : Uburundi bwagumye mu kibanza bwahoramwo

Nk’uko mu bizi buri kwezi ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryama risohora urutonde rw’uko imigwi nserukirabihugu yama isumbasumbanya ibibanza , Uburundi muri kuno kwezi kwa Kigarama bwagumye mu kibanza ca 138.

Ibindi bihugu dusanzwe twegeranye nk’Urwanda buri mu kibanza ca 133, Tanzania nayo ikaba mu kibanza ca 135, Kenya ikaba mu kibanza ca 104, mu gihe Ubuganda tubusanga mu kibanza ca 79.

Kw’isi yose igihugu gifata ikibanza ca mbere ni Ububirigi, bukaba bukurikirwa n’Ubufaransa hamwe na Brezile.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 891