footballIKIRUNDI_newskirundi_Sports

Indundi Sports | Francine Niyonsaba ahejeje gutahukana ikibanza ca mbere muri Diamond League

Inyuma yo kwifatira ikibanza ca mbere mw’ihiganwa rya Prefontaine mu misi iheze ryariko ribera muri America , umunonotsikazi w’umurundi Francine Niyonsaba yasubiye kandi gufata ikibanza ca mbere mu mahiganwa ya Diamond League yariko abera i Paris mu Bufaransa.

Niyosaba akaba yari yirutse imetero ibihumbi 3000 yirutse umwanya ungana n’iminota 8:19:08, irya imbere Francine yifatira ibibanza vya mbere naho ihiganwa rya Olympic Tokyo 2020 ryasa n’iryamunaniye aho benshi bavugwa y’uko yari yarenganijwe.

Indundi Sporta yipfuriza Francine Niyonsaba kubandanya akora amateka adasanzwe.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 315