AthletismehomepageIKIRUNDI_newsInkinokirundikirundi_Sports

#Indundi Sports| Haraye hasozerewe ihiganwa ryo gusiganwa biruka ryo rwego rw’igihugu

Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 10 Ndamukiza 2022, isaha zibiri zo mu gitondo (8h00) kuri Olympafrica mu Kanyosha , niho haraye hasozerewe ihiganwa ryo gusiganwa biruka ( Athletisme ) ku rwego rw’igihugu.

Aba nibo banonotsi bashoboye kivyifatamwo neza mu bibanza bitatu vyambere:

Ku metero 100 ku ruhande rw’abahungu :

1) Anicet Hahabimana wo mu Rutana : yirutse 10’’ 98

2) Nasri Désire Ndyampawe wa ABA : yirutse 11’’ 41

3) Audace Nikuze w’Imuyinga : Yirutse umwanya 11’’ 66

Ku metero 100 ku ruhande rw’abigeme :

1) Emelyne Manirakiza wa ABA : yirutse umwanya wa 12’’92
2) Jacqueline Cimanuka wa ABA : yirutse umwanya wa 13’’ 26
3) Triphone Nzoyisaba w’Igitega : yirutse umwanya wa 13’’ 45

Ku metero 200 ku ruhande rw’abahungu :

1) Anicet Hagabimana wo mu Rutana: yirutse umwanya wa 23 ‘’ 00
2) Audace Nikuze w’Imuyinga : yirutse umwanya wa 23’’28
3) Nasri Désire Ndyampawe wa ABA: yirutse umwanya wa 23’’ 54

Ku metero 200 ku ruhande rw’abigeme :

1) Emelyne Manirakiza wa ABA : yirutse umwanya wa 27’’ 17
2) Claudette Bigirimana w’Ibururi: yirutse umwanya wa 27’’67
3) Jacqueline Cimanuka wa ABA : yirutse umwanya wa 27’’ 94

Ku metero 400 ku ruhande rw’abahungu :

1) Eric Ndayishimiye wa Muzinga : Yirutse umwanya wa 49’’ 91

2) Jordy Ndayikengurukiye wa ABA : yirutse umwanya wa 50’’89
3) Emanuel Niyibuntu w’Igitega : Yirutse umwanya wa 51’’ 41

Ku metero 400 ku ruhande rw’abigeme :

1) Violette Ndayikengurukiye wa ABA: yirutse umwanya wa 58’’ 49
2) Ariella Harerimana w’imukike : yirutse umwanya wa 1’01’’ 31
3) Micheline Nduwayezu wo mu Kayanza : yirutse umwanya wa 1’02’’ 43

Ku metero 800 ku ruhande rw’abahungu :

1) Richard Nininahazwe w’Ibubanza : yirutse umwanya wa 1’54’’34
2) Rodrigue Biziyaremye w’Ibururi : yirutse umwanya wa 1’54’’34
3) Martial Rivuzabagabo w’Ibururi : yirutse umwanya wa 1’54’’ 34

Ku metero 800 ku ruhande rw’abigeme :

1) Violette ndayikengurukiye wa ABA : yirutse umwanya wa 2’12’’38
2) Angélique Niyonemera w’Ibururi : yirutse umwanya wa 2’14’’ 79
3) Ariella Harerimana w’Imukike : yirutse umwanya wa 2’16’’18

Ku metero 1500 ku ruhande rw’abahungu :

1) Mélance Ndayisaba wa Muzinga : Yirutse umwanya wa 3’49’’18
2) Fulgence Bizimungu w’Ibururi: yirutse umwanya wa 3’51’44
3) Elie Sindayikengera wa Muzinga : yirutse umwanya wa 3’52’’ 26

Ku metero 1500 ku ruhande rw’abigeme :

1) Aline Nimbona w’ibururi : yirutse umwanya wa 4,44’39
2) Eline Irankunda wo mu Kayanza : yirutse umwanya wa 4’45’’46
3) Irène Karire w’igitega : yirutse umwanya wa 4’45’’ 74

Ku metero 3000 ku ruhande rw’abahungu :

1) Lionel Nihimbazwe w’ibururi : Yirutse umwanya wa 8’17’’ 49
2) Mathieu Ndayikeza w’Ibururi : yirutse umwanya wa 8’19’’56
3) Olivier Irikigongwe w’ibururi : yirutse umwanya wa 8’37’’59

Ku metero 3000 ku ruhande rw’abakobwa :

1) Aline Akimana w’ibururi : yirutse umwanya wa 10’11’’96
2) Alice Kanyamuneza w’ibururi : yirutse umwanya wa 10’15’’46
3) Jeanine Kezimana wo mu Kayanza : Yirutse umwanya wa 10’20’’ 49

Ku metero 5000 ku ruhande rw’abahungu :

1) Rondrigue Kwizera wa ABA : yirutse umwanya wa 13’42’’64
2) Thérence Bizoza wa Muzinga : Yirutse umwanya wa 14’06’’51
3) Patrick Nimubona wa ABA: yirutse umwanya wa 14’07’’76

Ku metero 5000 ku ruhande rw’abigeme :

1) Odile Nintije wa ABA : yirutse umwanya wa 17’14’’84
2) Micheline Niyomahoro w’Ibururi : yirutse umwanya wa 17’19’’69
3) Anitha Niyonsaba w’ibururi : yirutse umwanya wa 17’21’’06

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 872