homepageArsenalInkinokirundikirundi_SportsYvan muziki

Ikiziga ca Papy Faty cashikanwe i Bujumbura

Ikiziga c’umuhisi Papy faty umukinyi w’intamba mu rugamba gihejeje gushikanwa Ku kibuga c’indege can Bujumbura .

Hari isaha indwi n’igice 13h30 z’umurango niho indege izanye ikiziga ca nyakwigendera Papy Faty yashika ku kibuga c’indege ca Bujumbura .

Incuti n’umurango wiwe ndetse na bamwe mu barongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB baje kwakira ikiziga ciwe.

Amarira n’amaganya niyo yarangwa mu bari baje kwakira ikiziga ca Papy Faty .

Ikiziga ciwe kimaze gushikwanwa i Bujumbura baciye bakijana mu buruhukiro bwo kw’ivuriro KIRA HOSPITAL, hama aho bukera kuwa 10 Rusama umwaka wa 2019 igihe c’isaha imwe zo mugatondo, ibiriro ibirori vyo kumushingurana iteka bizoheza bibandanirize ku Mpanda.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 871