footballkirundi_Sports

# Indundi Sports | Imiriyaridi hafi zibiri n’igice z’amafaranga y’amarundi niyo yatererewe kuri STADE INTWARI

Abagwizatunga bo mu Burundi hamwe n’amabanki , amashirahamwe bahejeje guterera amafaranga atari make kugira ikibuga citiriwe Intwari kibandanye cubwaka.

Hari kuri uwu wa kane igenekerezo rya 22 Kigarama 2022 ku kibuga Intwari , aho Umukuru w’igihugu ari kumwe n’icegera ciwe Prosper Bazombanza, abashikiranganji bagize Reta yiwe, harimwo n’umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca , n’abandi bubahwa batandukanye hamwe n’abenegihugu bo mu gisagara ca Bujumbura  bari baramutse bakorera ibikorwa rusangi ku kibuga Intwari kiriko gisubirwamwo gushasha kugira kize kirakira inkino mpuzamakungu.

 

Abandi bari bishikiye ngaho ni uwutwara komite ijekwe kwubaka ikibuga Intwari Honorable Réverien Ndikuriyo kumwe na Gén de Bgde de Police Muyenge Alexandre arongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB .

Mw’ijambo Umukuru w’igihugu yashikirije , yasavye abarundi ko bogira ico bakoze mu guterera ico kibuga kugira Uburundi ntibusubire gusembera aho urwaruka rwabo rukinira yongera avuga y’uko bari muri Operation Agateka  .

Inyuma yaho yaciye aronka akaryo ko guha ijambo abarongoye amashirahamwe atandukanye yo mu Burundi n’abagwizatunga kugira  bagire ico bakoze mu guterera mw’iyubakwa ry’ ico kibuga .

Nabo akamo baciye bakitaba baca baterera amafaranga y’amarundi agera ku Miriyarindi zibiri n’imiriyoni amajana ane na mirongo icenda n’icenda n’ibihumbi ijana ( 2.499.100.000FB) hamwe n’imipfuko ibihumbi 160,320 y’isima.

Mu gusezera Umukuru w’igihugu yavuze ko ico kibuga kizokwugururwa icese mu mwaka uza igenekerezo rya 1 Rusama 2023 umusi mukuru w’abakozi .

 

Aya niyo mashirahamwe yashoboye guterera hamwe n’abagwizatunga:

1.LUMITEL : 200 Millions

2. BBCI : 30 Millions

3. BCAB : 50 Millions
4. BANCOBU : 100 Millions
5. ALCHEM : 50 Millions
6. SAVONOR : 50 Millions
7. BGEF : 40 Millions + 100 Sacs de Ciment
8. CRDB BANK : 60 Millions
9. BNDE : 30 Millions
10. C BANK : 25 Millions
11. ECOBANK : 20 Millions
12.BHB : 30 Millions
13. DRA : 50 Millions
14. GETRA : 30 Millions
15. Vénérand : 100 Millions
16. NDIMWO : 50 Millions
17. SHOPPING : 1000 Sacs de Ciment
18.Pax Burundi : 10 mille Littre : 50 Millions
19.ITRACOM : 12000 Sacs de Ciment : 300 Millions
20.IMENA : 50 Millions

21. Rehoboth Holly Church : 5 Millions
22. Jack Baraka : 5 Millions
23. Poste : 20 Millions
24. Mutuelle FP : 10 Millions
25. BICCOR : 15Millions+ 100 Sacs
26. Ceprodiluc : 10 Millions
27. EDEN MICROFINANCE : 100 Sacs de Ciment
28. Bank des Femmes : 200 Sacs de Ciment
29. Ntakirutimana Jeune entrepreneur ihinguriro rihingura amabati : 1000 Sacs de Ciment
30. UNIPHARMA : 30 Millions

31. Mininter Martin NIVYABANDI ( Ttes les Commune) :500 Millions
32.Lydia NSEKERA Coopérative yo Kurima : 10 Millions
33. AGICO : 5 Millions

34. PRESTIGE : 250 Millions
35. ONPR :300 Sacs de Ciment
36. INSS : 300 Sacs de Ciment
37. MEX : 15 Millions
38. BIC : 10 Millions
39. INKINZO : 15 Millions
40. DTB Bank : … Sacs
41. KCB Bank : 10 Millions
42. Venuste DH TELECOM : 150 $
43. Jubilée : 10 Millions
44. SOCAR VIE : 10 Millions + 1 Millions
45. SOMABU : 300 Sacs de Ciment
46. Zéphyrin : 8 Millions+ 2Millions
47. MBAYAHAGA : 2 Millions+ Église : 1 Million + ONATOUR : 10 Millions
48. Global Port Service : 15 Millions+ 100 Sacs de Ciment
49. VOLCANO : 10 Millions
GTCO : 10 Millions
50. J PAUL : 10 Millions
51. Fulgence ( KINYATA) : 1 Million
52. Maison ISAN : 1 Millions
53. Aéroport : 10 Millions
54. Maire de la Ville : 20 Millions
55. Valentin BAGORIKUNDA : 3 Millions
56. AMBASSADEUR RDC: 3 Millions
57. ABEZA: 5 Sacs de Ciment
58. Apôtre Vital : 2 Millions
59. Protais 20 Millions
60. KIKI 25 Millions
61.BET 20Millions
62.SEVITEC : 10 Millions
63. STADE MAKAMBA : 1100 SACS
64. Ildephonse : 2 Millions
65. Sibomana Celestin : 2 sacs de Ciment
66. SAMANDARI Jean : 1 Million
67. Interpetrol : 200 Millions
68. Umwegihugu :5 Sacs de Ciment

69.Urwego nshingwabikorwa rwa Reta : 100 Millions

70. Sauveur : 10 Millions

 

Ku bantu bose bipfuza guterera Compte ni iyo : BANCOBU : FFB STADE INTWARI 04526120103-52

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 314