footballkirundikirundi_Sports

# Indundi Sports | Inama Nkenguzamateka yaterereye ikibuga c’Intwari

 

Inama nkenguzamateka yaraye iterereye ikibuga c’intwari .

Hari ku musi wa gatandatu uheze igenekerezo rya 14 Nzero 2023 isaha zitatu (9h00) ku kibuga citiriwe Intwari aho umukuru w’inama Nkenguzamateka Emmanuel Sinzohagera ari kumwe n’icegera ca mbere ciwe , abakenguzamateka hamwe n’abandi bakozi bifadikanije n’abenegihugu bo mu gisagara ca Bujumbura mu bikorwa vyo kubaka ikibuga Intwari .

Inama Nkenguzamateka yaje yitwaje agakemanyi k’imipfuko 100 y’isima nayo umuryango w’umukuru w’inama nkenguzamateka ukaba watanze akabahasha nk’intererano ingana n’imiriyoni 10 z’amarundi.

Mwomenyako ico kibuga kizokwugururwa icese igenekerezo rya 01 Rusama 2023.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 668