abakinyi bakina hanzefootballintamba murugamba

# Indundi Sports | Intamba mu rugamba zaronse rukino rwa gicuti ruzoyihuza na Guinée Conakry -23

Vyamaze kumenyekana y’uko umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba uzotana mumitwe n’umugwi nserukira gihugu wa Guinée Conarky w’abatarenza imyaka 23.

 

 

Aho ni inyuma y’uko Uburundi buzoba bwamaze gutana mu mitwe mu rundi rukino rwa kivandimwe ruzobahuza na Maroc .

Igenekerezo rya 16 Munyonyo 2022 , Intamba mu rugamba zizotana mu mitwe na Côté d’Ivoire mu gihugu ca Maroc , mugihe igenekerezo rya 19 Uburundi buzosubira kandi gutana mu miwe na Guinée Conakry y’abatarenza imyaka 23.

Mwomenyako umumenyereza mukuru w’Intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye amaze gutumako abakinyi 22 azokwifashisha muri izo nkino zibiri.

 

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 205