abakinyi bakina hanzefootballintamba murugamba

#Indundi Sports| Intamba zigiye gukina na Guinée Conakry zidafise abakinyi 4

Amakuru adushikiriye muri kano kanye n’uko Intamba mu rugamba zigiye gukina n’umugwi Guinée Conakry w’abatarenza imyaka 23 udafise abakinyi 4.

Abo nabo vyari bizwi y’uko bazokina urukino rwa Côte d’Ivoire gusa nabo ni Ndayishimiye Youssuf Nyange , Gael Bigirimana , Nahimana Jonathan, nayo Nshimirimana Jospin biravurwa y’uko yoba yaje mu Burundi ataruhusha yasavye .

Mwomenyako Uburundi buzotana mu mitwe n’igihugu ca Guinée Conakry kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 19 Munyonyo 2022.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 205