footballkirundi_Sportsprimus ligueUncategorized

# Indundi Sports | Iyi niyo ndege izotwara Intamba muri Mauritania

 

kuri uyu wa Gatatu igenekerezo rya 28 Gitugutu 2020, ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryasohoye itangazo rihamagarira abipfuza bose kuzoherekeza Intamba mu rugamba muri Mauritania ko boshika vuba ku cicaro kugira bamenyeshwe ibisabwa .

Iryo shirahamwe rikaba kandi ryasubiriye gutera akamo abantu bose bafise umutima wo guterera intamba ko botangurira kuva ku miriyoni 10,000000 bakagaca bahabwa itike ryo muri iyo ndege .

Indege izohagurukana abakinyi n’abamenyereza ikaba imaze kumenyekana iyo nayo ikaba ari Kenya Air Ways ( B 737-800) ikaba ifise ibibanza 140.

Mwomenya ko Intamba mu rugamba zizotana mu mitwe na Mauritania i Nouakchott igenekerezo rya 11 Munyonyo mugihe urukino rwo gusubiriza ruzoba i Bujumbura ku kibuga c’ Intwari igenekerezo rya 15.

 

 

 

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 359